"Benshi bakunda kwicishiriza mu nzira za hafi, ariko mu nyuma bikabagirako ingaruka."

Umuryango wuguruye, hakagaragara ibicu.

Umuryango wuguruye, hakagaragara ibicu. Source: Getty Images

Iyo abantu batanguye ubuzima bushasha muri Australia usanga bahura n'intambamyi nyinshi, ariko hariho kandi nyinshi mu ngorane bahura nazo usanga bafisemo uruhara. Menya zimwe mur'izo.



Share